Login Register
G
AS ONE MEDIA banner
AS ONE MEDIA

AS ONE MEDIA

@UCLX7Bmw9J5re-9X0vIMEg6Q - 17.4K subscribers

🎬 Welcome to the Official Channel of Burundian Films & Series Aha niho tubagezako inkuru zitandukanye zubakanye neza – kuva ku Comedy, Drama, Romance, Action, Love Stories, n’ibindi vyinshi vyerekana ubuzima bwacu bwa buri musi mu buryo bushimishije kandi bwimbitse. Muri iyi channel, urahasanga: ✨ Films nshasha ziva mu buzima bw’abantu bacu 😂 Comedy zisekeje cane ❤️ Romance & Love Stories ziryohera umutima 🔥 Drama Series zifise ivyobanga n’ibitunguranye 🎥 Short Movies & Web Series, zirimwo n’inkuru z’urukundo rwo kuri internet (Online Love) 💡 Ubutumwa bwubaka n’amaherezo akora ku mutima Intego yacu ni ugutanga inkuru nziza, zigukora ku mutima, zigashimisha kandi zikinzwe mu buryo bw’umwuga. 👉 Ntucibagirwe gukora LIKE, COMMENT no SUBSCRIBE kugira tugume tubagezaho inkuru nshasha uko ziheza gukorwa. 👉 Share kugirango n’abandi baronke amafilime meza yo kuraba. Murakoze kuduha inkunga yanyu!